IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Beyonce > Nouvelles > Beyonce na Jay-Z bashize ahabona umwana wabo w’umukobwa

Beyonce na Jay-Z bashize ahabona umwana wabo w’umukobwa

samedi 16 Ruhuhuma 2013

Imbere y’uko ikiganiro k’umuririmvyi Beyonce «Beyonce :Life is But a dream » gitangura,Beyonce ari kumwe n’umugabo wiwe Jay-Z berekanye umwana wabo w’umukobwa Blue Ivy Carter haheze umwaka avutse.

JPEG - 27.3 ko

Kw’ifoto yabonetse mw’ireresi,Beyonce yari afashe uwo mwana mu minwe ariko aratwenga asa neza nka se wiwe Jay-Z ku buryo atawokwihenda.

JPEG - 36 ko

Ikiganiro cerekana ibikorwa n’ubuzima bwa Beyonce cerekanwa uno munsi kuwa gatandatu igenekerezo rya 16 Ruhuhuma k’umurongo HBO.


Mugisha Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.