IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Beyonce > Nouvelles > Beyoncé yiyeretse abakunzi biwe ari mu bwogero

Beyoncé yiyeretse abakunzi biwe ari mu bwogero

jeudi 28 Ruhuhuma 2013

Beyoncé yashize ahabona ifoto yiwe ari mubwogero, akaba yabigize kugira yiyereke abakunzi biwe uko ari atabanje kwisiga ibituma asa neza.

JPEG - 19.8 ko

Iyo foto yiwe igaragara kuri Tumblr imwerekana afise ubwiza bwiwe asanganywe.Ico kikaba ari ikimenyetso c’uko yashatse gusangira n’abakunzi biwe bimwe mu bigize ubuzima abantu badakunda kugaragaza kuko biboneka ko atanakimwe yari yisize no mu maso.

JPEG - 16.2 ko

Umuririmvyi Beyoncé afise imyaka 31 y’amavuka benshi bari bamenyereye kumubona yisize asa neza,akaba aherutse no gushira ahabona ifoto z’umukobwa wiwe Blue Ivy, haraheze iminsi mikeya.


Maire Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.