IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Beyonce > Nouvelles > Beyonce ntiyavyoroheje i Belgrade

Beyonce ntiyavyoroheje i Belgrade

mercredi 17 Ndamukiza 2013

Beyonce yarabiciye biracika ku wambere kumugoroba i Belgrade, igihe yatangura igikorwa co kugendera ibihugu vya Buraya.Uwo muririmvyi akomeye cane wimyaka 31,yari yambaye impuzu zica ibibatsi kuburyo zari zimwegereye cane zerekana uko amabere ateye,eka igikiriza ciwe caragaragazwa n’impuzu yari yambaye.

JPEG - 22.5 ko

Beyonce akaba yari yambitswe na Julien Macdonald,Peter Dundas na Dsquared2 n’abandi.

Abakunzi b’umupfasoni Carter aho bariko baritegura nabo kuzomwakirana igishika ntangere i Anvers kuwa 14 Rusama ,nabo ngo bazoshobora kwibonera impuzu iraho yaca ibibatsi n’izindi mpuzu z’akaroruhore za Beyonce.

Muri ico giteramo,abagabo ngo barahakwa kutazotora ubwenge.

JPEG - 21.9 ko
JPEG - 22.4 ko
JPEG - 22.4 ko

Floxella Karire

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.