Big Farious apfungiwe i Kigali

Yanditswe na IGIHE
Kuya 27 octobre 2015 saa 06:45
Yasomwe : 81162
0 0

Umuririmvyi Mugani Désire benshi bazi kw’izina rya Big Farious ari mu minwe y’igiporisi mu gisagara ca Kigali, akaba yagirizwa icaha c’uguha inzoga umwana w’imyaka iri musi ya 18.
Umuvugizi w’igiporisi c’Urwanda, Modeste Mbabazi amenyesha ko Big Farious apfungiwe mu giporisi, akaba ariko akorwako amatohoza ku vyaha yagirizwa, birimwo uguha inzoga umwana ari musi ya 18.
Aganira na bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE mu gisagara ca Kigali, Modeste Mbabazi yagize ati : Yego, arafunzwe. (...)

Umuririmvyi Mugani Désire benshi bazi kw’izina rya Big Farious ari mu minwe y’igiporisi mu gisagara ca Kigali, akaba yagirizwa icaha c’uguha inzoga umwana w’imyaka iri musi ya 18.

Umuvugizi w’igiporisi c’Urwanda, Modeste Mbabazi amenyesha ko Big Farious apfungiwe mu giporisi, akaba ariko akorwako amatohoza ku vyaha yagirizwa, birimwo uguha inzoga umwana ari musi ya 18.

Aganira na bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE mu gisagara ca Kigali, Modeste Mbabazi yagize ati : Yego, arafunzwe. Afungiwe mu Mujyi wa Kigali kuri station ya Remera. Akurikiranyweho icyaha cyo guha inzoga umwana utarageza igihe.

Umuririmvyi Big Farious yatawe muri yompi kuri wu wa mbere igenekerezo rya 26 Gitugutu 2015.

Mu gihe ico caha comwagira, amategeko y’Urwanda ategekanya ko Big Farious yopfungwa amezi ari hagati y’atatu gushika kuri atandatu, canke akariha ihadabu iri hagati y’amafaranga ibihumbi amajana atatu y’amanyarwanda, n’umuriyoni.


Kumenyekanisha

1
francis 31-03-2016 à 09:50

nuk ubutungan bwokor amatohoz yihut kuo ntac yagirizw uy muririvy

2
Bigirimana Charles 24-03-2016 à 21:57

Nibaturekere Umuririmvyi Wacu.Tupfiki ?Na Ba Nyarwanda ?

3
David jordan Niyoyanlunze 27-02-2016 à 13:49

Nukuvuga yuko karagahohotero mbe kobavugayaramusambanije yobayarakomyinduru ?ahubwa baribakwiye kumwambikzera kuko bamurenganje.

4
NIBIGIRA FELIX 25-12-2015 à 22:51

JEWE NIBAZAKO UMWANA AMAZE KUJA MUHOTEL NTABARI MUTO KWARI UKURENGANYA FARIOUS

5
Fabrice 28-11-2015 à 19:58

None uwo mwita umwana niwe yamureze kuri police ? pole sana my best !

6
Lizer Flo 3-11-2015 à 20:00

Nibarekure Umurundi Wacu

7
Hagabimana Anicet 1er-11-2015 à 14:31

non uwomwan yayimuhaye kunguvu ,none ho barihe ?ivyabona biriho ?ye babawe nihatari :

8
alias 31-10-2015 à 16:10

uw mbn wacy umny ko br kwigr mu rwnd wa kgg w muzkwm mr ibgg gushk kumpr y s

9
bigirimana mechack 31-10-2015 à 10:03

mbega vobarivyo ? Oya nibatohoze

10
Shaban 30-10-2015 à 17:27

Turekurire Umusani Canke Namwe Abari Muburundi Tubafate Mbe Ko Mudafata Obo Barwanyi Bigira Hiyo Baza Kudutera Canke Abashatse Guhirika Ubutegetsi

11
KARURANGA FRED 30-10-2015 à 01:26

Abatukana mubanze mwibaze ibi bikurikira 1-Abaturage b’u Rwanda bose nibo bafunze uwo Faious ??? 2-UmukuruA w’igihugu cy’u Rwanda niwe wafunze uwo Farious ??? Erega gutukana siwo muti wibibazo. Birarangaje iyo mutuka abanyarwanda n’umukuru w’igihugu cy’u Rwanda !!! Ese gutukana mukeka ko byakuraho icyaha akurikiranyweho ??? Ese ikicyaha farious akurikiranyweho gihuriyehe na Congo Kinshasa cg Politique y’u Burundi ??? Ese uwo farious ni MALAIKA kuburyo natakosa yakora ??? Inama nabagira nuko tutavanga amasaka n’amasakaramentu Ese buriya uvuga ngo uwo Farious atarekuwe ngo uburundi buraza kumwifatira urumva byashoboka !!! Abanyarwanda bihutira kumva bakitondera kuvuga Urugero : 1-Mwibaze kuba mututse abanyarwanda bose muri rusange ariko ntibabasubize. Kandi icyo ntashidikanyaho nuko u Rwanda rutera ,rudaterwa . Amahoro kubanyamuryango ba REF INKOTANYI n’inshuti zacu

12
76844728 29-10-2015 à 20:45

Ewana Fizzo Ntugire Ubwob Mani Ahubwo Iyo Bakurekur Ukaja Kumubandany Iswingi. Turaz Aba Girl Ba Gwanda Kukiloli Ni Twende. Ewana Usiwe Na Noma Mungu Anakuona. Wa Fanz Tuko Nyuma Kwako. Cank Yaramutamits Ihoro. Nuwo Mudada Yarashaka Fizzo.

13
Ndi desire iburundi 29-10-2015 à 20:35

mutamucafuza bana cumi numunani ahub wo arashaje rekura uwomwana

14
NDIHOKUBWAYO AMZA 29-10-2015 à 16:30

None Nubu Amatohoza Ntarahera ?

15
Umuhanuzi 29-10-2015 à 13:40

Mbe josé wwe canke mwebwe mufise izihe nguvu zo kuza kumwitorera umufhu ntiyinukira basi ! !birumvikana ko uruwo mwibarabara ntan,ishuli wagiyemwo,nawe Fidélité ushobora kuba abavyeyi bawe barakudandaza nabo muvukana ico gihugu nimukidandaze mugihe abagikwiye aho kugira abantu biyumvira nkamwe nah,ubundi kiragiye akagirire !!mwagiz Imana urwanda ruba hafi yanyu mwakagomvye kurwegera tukabigisha amategeko agateka kazina muntu kwitez,imbere n,indero nziza mukava mw,ibarabara n,amaligala

16
mayibobo 29-10-2015 à 13:17

reka mbabwire mwishizemwo u Rwanda cyane mwebwe muburundi u Rwanda rwaza kuhakorera iki ? mufite iki ?usibye amacakubiri yubwoko yabokamye gusa sasa fizo ntiyari muri hotel yari mukabare kwitwa top chif kuba yarafashwe nukumukangura ategenda uko ashatse kuko murwanda ntanumwe uri hejuru yamategeko murumva kujyaho mugatukana ntibyodutangaza kuko Niko mwamye ariko muzamoka muruhe , kelele ya chura aziwiyi ngombe kunywa maji nasisi bado tunasonga mbele atuwezi kuludi nyuma ka wanyarwanda I love you Rwanda.

17
MACUMI.OMARI 29-10-2015 à 13:04

EWE.RWANDA.URAMBABAJE.BASI.MUGEZE.GUFUNGA.UMUTU.ATAKOSA.AFISE

18
Evariste 29-10-2015 à 12:58

Fizzo nugre ubwob abfazi bawe tkuri inyuma ! Nkab savy leta yurwand igre amtohza kurya mwna wumukbwo nimb bra braryamanye kuk umwna wumukbwa niw azko bb brararyamany ! Kand abnyarwandkaz bsazwe bkund abrundi cne kuk fzzo siw yamuhmagye oy yariznye tkab ndsa ko Général Big fizzo yorkurwa kk ataco azira kand urya mwna arakwiza imwka 18 nokyirenza arayreza fizzo imana irakubna

19
OMARE 29-10-2015 à 12:52

NONE.UWO.TIYARAKUZE.JEBONA.MWAMURENGANIJE.UAMUTU.WIMYAKAKIYO.NAKAMARAMAZA

20
Umuhanuzi 29-10-2015 à 12:17

MBe izo mbobo zitukana nkizaragiy imbwa mutukana muvanga icaha nkico na politique murigaragaje ko murabo mw,ibarabara basi,ico n,igihugu c,amategeko akavuyo no gutobanga igihugu canyu c,uburundi mubisig,iyo muvuye ntimutwanduze ayo macakubiri twarabirenganye ahubwo muze tubigishe kwitez,imbere mu kwubaka igihugu,

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha