Fariouz ntiyajanywe na kamwe mu giteramo co mu Rwanda (Amafoto)

Yanditswe na Cherif Nkeshimana
Kuya 20 Gitugutu 2014 saa 10:37
Yasomwe : 141003
0 0

Mu giteramo "Explosion Concert" cabereye mu gihugu c’Urwanda, Fariouz yahahuriye n’abandi baririmvyi bakomeye bo mu Rwanda n’Ubuganda. Fariouz yaranahahuriye n’uwo bivugwa ko bavyaranye.
Igenekerezo rya 19 Gitugutu, Muyoboke Alex yateguye igiteramo ntumbero yo guhuguza abaririmvyi yahoze afata mu mugongo ari bo: Urban Boyz, Dream Boyz, na Tom Close, kuri abo hiyongereyeko Big Fariouz na Jackie Chandiru wo mu Bugande. Fariouz yari yatumiwe nk’umuririmvyi yahoze atumirwa mu biteramo biteguwe (...)

Mu giteramo "Explosion Concert" cabereye mu gihugu c’Urwanda, Fariouz yahahuriye n’abandi baririmvyi bakomeye bo mu Rwanda n’Ubuganda. Fariouz yaranahahuriye n’uwo bivugwa ko bavyaranye.

Igenekerezo rya 19 Gitugutu, Muyoboke Alex yateguye igiteramo ntumbero yo guhuguza abaririmvyi yahoze afata mu mugongo ari bo: Urban Boyz, Dream Boyz, na Tom Close, kuri abo hiyongereyeko Big Fariouz na Jackie Chandiru wo mu Bugande. Fariouz yari yatumiwe nk’umuririmvyi yahoze atumirwa mu biteramo biteguwe n’uwo Muyoboke Alex, amakuru turonka avuga ko yaronse akanya ko kuririmba zimwe mu ndirimbo ziwe zakunzwe cane narirya uwo muririmvyi asanzwe akundwa cane muri ico gihugu.

Amwe mu makuru yemeza ko igiteramo citabwe n’abantu benshi naho hari bamwe mu bari mu giteramo bavuga ko kitibawe ikirenga. Hari n’ayandi makuru amwe ava mu kinyamakuru indundi.com avuga ko Fariouz yoba yahahuriye n’umukobwa bivugwa ko bakundanye kandi boba baranavyaranye n’umwana.

Amafoto yaranze igiteramo

Umurwi Super Brothers
Charly na Nina
Tom Close

Kumenyekanisha

1
Donebligas 14-07-2017 à 19:27

ndagufana Kwel

2
Pasikari Nsengimana 31-05-2017 à 12:19

Esebuvya Fizzo Arakunda,igihugu

3
Zamine 28-04-2017 à 22:31

Uwo Muririmvyi Nibitumwako

4
francois 5-03-2017 à 19:25

ahubwo barasarishije kubona atawundi batumiye canke babonye abandi ataco bazi

5
Baranderetse 25-02-2017 à 13:12

Ndakunda Uyomuririnvyi Ndamusabiyeguterimbere

6
Sean paul-pa-jay 15-02-2017 à 13:43

Noe k muburund havuy fariaz wenyen ntaband bashobo nk sat b naband...?nikuberik? Batumiy wenyen?

7
isaac naitife 11-02-2017 à 11:33

Ndabakunda Mwese Fizzo Kwata Bishasha Ndi Muri Congo Ndakunda Ndakunda Musc Wuburundi,

8
tuyisenge pacifique 26-01-2017 à 20:33

nibarek mutama wacu uterimbere,hama abobavuga ngo arway umuger barihenda, uwutarway umuger abagway igitigu cank n’ibind

9
edmond 16-12-2016 à 01:28

Fizo hap takuf warah , umugr ? ndanger san

10
Erneste Nshimirimana 15-12-2016 à 20:57

Kuberiki Fizzo Indirimbo Ziwe Zishasha Ntazironka.Non Noca Kurubuga Ugwahe?

11
anicet 19-11-2016 à 16:34

kuririmba atabuntu bwimana,murikumwe,iherezo,nimumuriro ahubwo,niyegere,imana

12
Uwimana Ezechièl 1er-11-2016 à 21:30

None Uwomukobwa Yavyaranye Nafizzo Cank Yavyaranye Naba Ndibaririmvyi????

13
Radjabu 16-10-2016 à 19:45

Nukuri Fariouz Numuririmvyiwiwac Tukunda Cyane Ahubwo Naba Nyagwanda Turabashmiye Kuba Babakyiriy Neza

14
SWING LIN 7-10-2016 à 21:28

BIG FARIOUZ Turakwemera Ariko Niko Urwaye Umugera Uragowe

15
NEST-B 4-10-2016 à 21:52

kuriki big fizo arumusambanyi nabireke ntaburyohe burimwo mbe aboko abakobwa bomwisi ko azobaheza rero abuzeguheba iyongeso abafanzi bazomuherako canke nanje ndamuceko muziki p6.

16
umurund 3-10-2016 à 15:50

fizo wap kuko abaririvyi yasize iburundi bariko baramusiga fiz kwel ubu ari fc

17
DISMAS NKURUNZIZA 26-09-2016 à 21:08

EMW IYO NKURU NUKUYITOHOZA KUK NTISANZW.

18
PASKAL MKOLA 19-09-2016 à 13:08

KWANINI FIZO VIDEO ZAKE HATUZION KIMATAIFA. KAMA DIAMOND DAVIDO P SQUA

19
Ndayishimiye Andre 13-09-2016 à 16:17

Fizo Numuririmvyi Akwiye Gutumirwa Nabaririmvyi Bakomeye Kuko Arashoboye

20
Vianney 6-09-2016 à 11:28

Kwiyi Nkuru Ntaconfise Novuga

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha