Umucuraranzi Rally Joe Sekuru wiwe yitavye Umuremyi

Yanditswe na Joel Sengurebe
Kuya 8 Ruhuhuma 2013 saa 08:13
1455
0 0

Kuri uyu wagatanu kw’igenekerezo ryu 8 Ruhuma 2013, Rally-Joe ari mu ntara ya Muramvya aho atagiye kuririmba ahubwo yagiye gushingura sekuru wiwe avyara nyina.
Sekuru w’uwo mucuraranzi yitavye Imana ejo kw’igenekerzo rya 7 Ruhuhuma 2013.
Rally-Joe yatubwiye ko kubera iyo nkuru yamushikiye giturumbuka, abacuraranzi bagenzibe ntibashoboye kumuherekeza gushingura sekuru, we yaciye yihuta wenyene kuja kumaziko.
Uwo muryango wuwo mucuranzi ndetse nawe ubwiwe nabakunzi be ni bakomeze (...)

Kuri uyu wagatanu kw’igenekerezo ryu 8 Ruhuma 2013, Rally-Joe ari mu ntara ya Muramvya aho atagiye kuririmba ahubwo yagiye gushingura sekuru wiwe avyara nyina.

Sekuru w’uwo mucuraranzi yitavye Imana ejo kw’igenekerzo rya 7 Ruhuhuma 2013.
Rally-Joe yatubwiye ko kubera iyo nkuru yamushikiye giturumbuka, abacuraranzi bagenzibe ntibashoboye kumuherekeza gushingura sekuru, we yaciye yihuta wenyene kuja kumaziko.

Uwo muryango wuwo mucuranzi ndetse nawe ubwiwe nabakunzi be ni bakomeze kwihangana.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha