Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuririmvyi Fariouz yitavye igiteramo ca Saint Valentin muri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Umuririmvyi Fariouz yitavye igiteramo ca Saint Valentin muri (...)

Umuririmvyi Fariouz yitavye igiteramo ca Saint Valentin muri Congo

jeudi 14 Ruhuhuma 2013

Umuririmvyi Fariouz yarafashe urugendo aja mu gihugu ca Congo,aho yitavye igiteramo kiremeshwa mu ntumbero yo guhimbaza umunsi wa Saint Valentin.

Ku muhingamo wo kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2013, umuririmvyi azwi kw’izina rya Fariouz yarafashe urugendo aja mu gihugu ca Kongo aho yitavye igiteramo ca Saint Valentin gihava kba uno munsi igenekerezo rya 14 Ruhuhuma.

JPEG - 10.2 ko

Ico giteramo ngo kibera mu ntara ya Uvira, aho bita Kazenga kwa Kizenga kw’ibarabara ryitwa bismillah.

Igihe yagenda yatubwiye ko atazoteba kugaruka kuko ngo afise ikindi giteramo azokwitaba i Bujumbura kw’igenekerezo rya 17 uku kwezi.


Joel Sengurebe

Messages

  • Igihe yagenda yatubwiye ko atazoteba kugaruka kuko ngo afise ikindi giteramo azokwitaba i Bujumbura kw’igenekerezo rya 17 uku kwezi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.