Umviriza indirimbo zateye Lolilo na Big Fizzo kutumvikana

Yanditswe na Joel Sengurebe
Kuya 11 mars 2013 saa 03:21
Yasomwe : 529515
0 0

Haraheze iminsi Lolilo na Big Fizzo bongeye kutumvikana kubera indirimbo ya Lolilo yitwa “URUWAMBERE” isa cane n’iya Big Fizzo yitwa “NAKULOVE”.
Twari twavuzeko tugiye kurondera izo ndirimbo tukazizana namwe mukazumviriza hama ukuri kukaja ahagaragara kuko mbere Lolilo yari yavuzeko indirimbo yiwe yatanguye gukorwa mbere y’iya Big Fizzo ariko iyo ubajije abahinyanyuzi bakoze izi ndirimbo bavugako Nakulove ya Big Fizzo ariyo yatanguye kandi ko ari nayo yageze kubimenyeshamakuru ubwa mbere. (...)

Haraheze iminsi Lolilo na Big Fizzo bongeye kutumvikana kubera indirimbo ya Lolilo yitwa “URUWAMBERE” isa cane n’iya Big Fizzo yitwa “NAKULOVE”.

Twari twavuzeko tugiye kurondera izo ndirimbo tukazizana namwe mukazumviriza hama ukuri kukaja ahagaragara kuko mbere Lolilo yari yavuzeko indirimbo yiwe yatanguye gukorwa mbere y’iya Big Fizzo ariko iyo ubajije abahinyanyuzi bakoze izi ndirimbo bavugako Nakulove ya Big Fizzo ariyo yatanguye kandi ko ari nayo yageze kubimenyeshamakuru ubwa mbere.

Fyonda ngaha wumvirize indirimbo Nakolove ya Big Fizzo

Fyonda ngaha wumviriza indirimbo Uruwambere ya Lolilo

Icagaragaye nk’ukuri nuko izo ndirimbo zose bazikora bagendeye kundirimbo ya P-square yitwa “Shop my money” gusa kuva Big Fizzo ariwe yayikoze ubwa mbere Lolilo ntiyagomba gukora iyo bisa kuko ntiwomenya ukuri kwiwe niba na we yaragendeye kuri “Shop my money” canke niba yariganye” Nakulove” ya Big Fizzo.

Gusa ababirabira kure babona ko Lolilo akunda gukora indirimbo afatiye cane kuzabandi kuko no mu minsi yahera yakoze iyindi ndirimbo yitwa ngo “Aka gafi” isa cane n’iyitwa “ Akabuto” ya “Kitoko Bibarwa” umuririmvyi mugenzi wiwe w’umunyarwanda.


Kumenyekanisha

1
###### 6-08-2017 à 11:45
2
niyuhire pascal 28-07-2017 à 19:34

ko vyashits nobahanur k borek ivy kahis bakubak ivy kazoz bagender ibang kuk ar abavukany bahariranir

3
indirimbo shasha yafizo 15-07-2017 à 19:59
4
Jean Marie 5-07-2017 à 20:00
5
kevin swaga boy 24-06-2017 à 13:58

umva lolilo nafakwe yigumye aturekere umungu wacu big fizzo ahubwo ndamwipfurij amahwigwe ya music natwe turinyuma kaka

6
Ndayishimiye Divin 12-06-2017 à 14:21
7
Bizimana Etienne 22-05-2017 à 19:38

Je Mbona Bosubiza Hamwe

8
mugisha beritra 22-05-2017 à 15:32

Ndakunda Dayamondo 100%

9
sibomana janvier 27-04-2017 à 12:28

jenumfa lolilo ariweya tanguye kuyinsohora imbere yafizzo ndabiravye iyalolilo niyoyabanje ariko bisagut ?ko numva bidasa nigutemumvuga kobisa ?

10
MPAWENIMANA Dieudonné 17-04-2017 à 19:50

Nimureke big fizzo aririmbe kuko n’umuprofessionnel mu muziki.

11
fazili ngwiki 12-04-2017 à 10:38

muramenya ko iyitaba lolilo nitwari kumenya fizo twaramunva kuma odio ariko lolilo yaje kumumekanyisha muma klipe nimumureke lolilo aririmbe

12
###### 11-04-2017 à 19:32

nibumvikana lizzo na fizzo

13
sun light 6-04-2017 à 21:55

je mpanura joseph nave ibuzimu muje aje ibintu fizz nuwamber

14
Nkeshimana Emmanuere 1er-04-2017 à 23:41

Fizzo Nimkweri Roriro Amua Che Awe Anaa Cha Kutaka Usta Kupitia Mzikiya Fizzo Yure Nijembe Rorir Aache Mziki Kamahawezi Wenyevipaji Waendereye

15
ININAHAZWE innocent 29-03-2017 à 13:31

JEWE MBONA KOBOREKA NO KUMUCOKOZA

16
ndikubwyo 28-03-2017 à 21:12

nuko bosabana imbabazi

17
Claud 28-03-2017 à 13:22

Fizzo nibamureke kuko ntiyaho akunda gusubiramwo izabandi

18
CLAUD 27-03-2017 à 18:03

Ko fizz yatanguye kumenyekanisha indimbo yiwe nivyukuri nigwiwe

19
sadi 27-03-2017 à 06:54

sadi

20
Hakizimana Burundi 12-03-2017 à 10:33

iyinkuru ninziza cane

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha